Burundi Ubusuma_buteye_ubwoba.

 


Inkuru izindutse iravugwa kuri uyu wa 9 Ndamukiza 2024 n'ukwo kuri paroisse Rushubi mu ntara ya Bujumbura hibwe ibikoresho vyo mw'isengero gatorika. 



Abasuma batoboye bariba impuzu z'abapatiri, ibikombe vyo gusangiriramwo n'ibindi. 



Aho naho hari haheze ukwezi n'inusu hibwe, aho mu Rushubi nyene, imashine 6 nyabwonko , rétro projecteur na écran y'imashine yo mubiro, vy'ikigo c'urwaruka co mw'Isare bamanje guturira igufuri ry'ububiko.



😥⁉️Umuntu yokwibaza: mbega none ko ivyo vyose bica mubantu bikagenda amazimayongo, burya abantu ntibabibona bakihorera? 

Aho muherereye mweho vyoba vyifashe gutyo? ✍️

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact