Umugwi wa mancherster city ukoze isanganya

 Birababaje kubakunzi bumugwi wa manchester city uhajeje gukora isanganya

Hari isaha zibiri zigitondo aho abakinyi bumugwi wa man city bafata imodoka ibashikana kukibuga cindege co mubwongereza kugira bace bafata rutemikirere ibashikana i madrid

Imodoka barimwo yagonganye niyindi modoka nini gushika nubu ntituramenya aboba bitavyimana ariko amakuru dufise nuko benshi bakomerekeye mwiryo sanganya

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact