Umugore abana ninzoka yitungiye kuva mubuto bwiwe

Inkuru ya marie rosaline avuka mur malie yakuranye ninzoka yiwe yitungiye iyo mubona nini niyo yatanguye gutunga abanyagihugu ba mali basaba umukuri wiyo ntara abamwo bice izo nzoka nae avuga ko bipfana .🙈🙈🙈🙈

Iyi nkuru yarabayeho uwo mugore yitwa marie rosaline avuka muri mali kuva mubuto bwiwe ntiyigeze akunda abantu yaguma akunda udukoko dutanduknye two mwishamba niho yatangura kuva mubantu yibera mwishamba wenyene 




Kubwawe wibaza ko atamuntu yobana ninyamaswa uyu mugore wewe vyarakunze kand nubu biracari kumwe ari nkawe wokora iki usanze iyo nzoka yakuririye abana bawe?uwo mugore marie rosaline bavuga ko atunzwe nuko aza ararya amagi yinzoka muri make nawenyene yaramaze kuba inyamaswa abanyagihugu baho banisabira ngo bamwicane nizo nzoka ziwe kubwawe wew uravye ino video ubona vyoca bigenda gut?presidenda wa malie yafashe ingingo yuko bomwicana nizo nzoka ziwe kubera abanyagihu bohera iyo ngingo ayifashe 



rahaye uruhusha aba sirikare biwe uruhusha bamwicane iyo nzoka rab photo 

yinkuru iheruka kuba le 4mars024 aho bamwicanye muteye loketi  mumwobo bari biberamwo nizo nzoka ziwe ingingo yafashe yarashimishije abanyagihugu ubu baratekanye cane kubwaw wew uza kuraba iyo video👆 ingingo bafashe niyo ?




Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact