Uyu mukobwa yicuza cane icatumye yanka gukunda bassirou diomaye président mushasha wa Sénégal Abakobwa bubu ni bakundukize



Yamurondeye incuro nyinshi umwigeme aranka none kuva aho abereye umukuru w'igihugu umwe yamwanka yisabiye kumubera umupfasoni wa gatatu.

Umwigeme yamuka mugihugu ca #Senegal kumusi umukuru w'igihigu mushasha #bassirou_diomaye yimikwa yarashikirije amajambo yagahinda akomeye avuga ati:

"yarandondeye kenshi twigana muri kaminuza(L'ENA campus) arambwira ko yiteguye gutanga inkwano kugira ndamubere umukenyezi sinemera.

S'ivyo gusa n'igihe yaronka akazi k'ubutozakori yaragarutse kumbwira ko yankunze cane nemere dukore ubukwe ariko inyishu namuhaye namubwiye ko atari kurwengo rwanje kubera nari navutse kubavyeyi bifise ntaco nari Mbuze.

Nashaka nsabe abamwegereye ko nyimba akinkunda azogaruke ndamukunda cane maze nditeguriye kumubera umugore wiwe wa gatatu"

Iki kibazo c'uyu mwigeme mubona kigiye guherera he?

Mubona yari kumwemerera ??

Mwigeme w'umurundikazi ni ikihe cirwa uhakuye??

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact