“Iyo nitwaje amazi, arashuha simbe nkiyanyoye. Ubushuhe butumereye nabi, turagwara, tukaribwa, hakazamwo n'inyonko.”
Ranjeet ani umugore w’i #Lucknow muri Sudan, atunzwe no gutembereza ibidandazwa.Avuga ayo babonye, ubu ubushuhe burenza 40°C, mu bice vy’Ubuhindi.
Burundi vyifashe gute:Na Bujumbura nibwo bwambere mbonye ubushuhe bumeze kuno mundwi zibiri ziheze,ubushuhe wabwumvira muruti rw'umugongo,nibwo bwambere natahuye uko bushobora kwica umuntu mukumukamya amaraso.