Cibitoke:umusore yaraye yishwe nakaborerwe

 Cibitoke:umusore basanze yacuritse umutse mugishanga aburinguvu zokwikurayo birangira apfuye



NITEGEKA Eric wo kumutumba rwiri comune murwi muntara ya cibitoke yaraye apfuye azize akaborerwe

nkuko bivugwa nabaduhaye ayo makuru bavugako uwo musore yagorobeje yiha utunyobwa bitwa sapor akaba arinzoga irikuryihe kandi iborera cane ngabamubinye agendatemba ijisho ryabayiryo

niko kibona adatashe umuryango utangura kumurondera

uwatanguye kumuserukako agiye mumurima abona umusore yacuritse umutwe mugishanga agiye kumwegura asanga yacikanye niko gufata amafoto abirubgikirabantu amebyesha nabiwabo

musomyi mbe ico kibyibwa citwa sapor wobukizikiki?

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact