Nimwijoro ryoku wagatandatu aho Iran yagaba igitero gikaze cane kuri Israel
Bivurwako mukirere ca isirayeri ndeste nibihugu bihana urubibe haraye induru yibiturika biri nubwoko bwa musile ibindiui aho kubanyagihugu BA isirayeri baraye bararira ariko kuruhunde rw Iran wari umunezero udasanzwe
Reta ya Iran imenyesha KO aho yariyashast kurasa hose baharashe mugihe isirayeri yashoboye guhagarika ibice 99% vyibisasu vyarii vyatewe na reta ya Iran