Imvubu zateye mu mpangu kubera imyuzurira yabaye ndanse

 



 Bantu mu kiri mu mazu yatewe n'amazi y'ikiyaga #Tanganyika, ngizi imvubu ziriko zishonyangira mu mpangu ziretsemwo ibidengeri vy'amazi


Cunge imiryango yanyu kandi mube hange igihe muriko mwimura utwanyu





Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact