Inzoka yagonzwe na moto icivamwo impene yari yamize

 


Rwanda:inzoka nini yagonzwe na moto ica ipasuka inda ivyo munda vyose biravayo bivanayo nimpene yose ikwiye kandi nini ariko yari yapfuye abantu benshi batangajwe niyonzoka ishobora kumira impene yose umushoferi yayigonze moto yahise igwa abari kuri moto bababaye cane  ariko ntawapfuye

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact