Uyu mukecu wo mu Buhinde w'imyaka 80 ni rurangiranwa mu mukino wo kwoga

 Uyu mukecu wo mu Buhinde w'imyaka 80 ni rurangiranwa mu mukino wo kwoga, akaba yipfuza guhiganigwa  umukino w'isi.Akorana ishaka ryinshi cane kubera harico yipfuza gushikako .



Yatanguye kwoga afise imyaka 60, agahanura abandi kudacika intege mu gukora ico bakunda.

Uyu mukecuru yatanguy ku myaka 60 . Ibi vyigishe twebwe abirabure dukunda gucibwa intege ngo imyaka yaheze ahubwo ntiturabe imyaka ahigeze dukorane ishaka n'ubwira kugira dushike aho twipfuza gushika.Mutima nawe ati:

nanje natanguye gukina Comedie banseka ngo nabuze ivyonkora ngo nubukene bunjanye mugukina comedie ariko sinacitse intege none ubu ndatunze umuryango wanje kubwa comedie .

Ndashimira abankunda abankurikirana ukwo bukeye nukwo bwije mukugene bantera intege ndabashimiye cane bivuye kumutima saaaawaaa.


Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact