Uwahora aserukira igihugu ca #Algerie mu Burundi Amb. Hamid Boukrif yarasezeye Umukuru w'Igihugu kuko ikiringo ciwe cari carangiye.

 #Burundi: Uwahora aserukira igihugu ca #Algerie mu Burundi Amb. Hamid Boukrif yarasezeye Umukuru w'Igihugu kuko ikiringo ciwe cari carangiye. 

Akaba ashima neza ingene yakoranye neza n'abari mu nzego zitandukanye z'igihugu hamwe n'imigenderanire myiza ivyo bihugu vyose bikomeza kwerekana.


Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact