Cibitoke ishusho ya yesu yibonekeje mukire
Hari isaha icenda niminota mirongibiri nitatu 15h23 Neza na neza muri comine RUGOMBO ago bitwa mukirwati ago bagiye babona igicu kirimwo ishusho ya yesu nkuko biriko bivugwa nibinyamakuru vyishi vyahaniwacu mu Burundi naho hari abavyemera nabatavyemera hari abavugako ivyovyabaye kuberako ari mugihe canyuma abandi nabo ati ubwo nububeshi
Musomyi wewe iyinkuru uyakiriye gute?