Urugomero rutanga umuyagankuba muri Ukraine yose rwasenywe na Missile z abarusiya

 

Ikigo c umuyagankuba ca Ukraine, Centrenergo, cyavuze ko urugomero runini rw'umuyagankuba ruri hafi y'umurwa mukuru Kyiv wa Ukraine rwashenywe burundu n'ibitero by'Uburusiya mu gitondo cyo ku wa kane.

Abategetsi bavuze ko urwo rugomero, rwitwa Trypillya, ari rwo rwari runini cyane rutanga amashanyarazi mu turere dutatu, turimo na Kyiv.

Andriy Hota, umuyobozi w'ikigo Centrenergo, yavuze ko "ikigero cyo gusenyuka giteye ubwoba".

Uburusiya bumaze igihe bwibasira ku bushake kandi kuri gahunda ibikorwa-remezo by'amashanyarazi bya Ukraine.

Hota yabwiye BBC ko ivyo bitero vyo mu kirere byo mu gitondo co ku wa kane byashenye "icyuma gihindura amashanyarazi, ivyuma bikora amashanyarazi, za moteri ['generators']. Byashenye 100%."

Hadutse inkongi y'umuriro ku cyuma gikora amashanyarazi kuri urwo rugomero rwa Trypillya - ruri mu ntera ya kilometero 50 mu majyepfo ya Kyiv - nyuma y'icyo gitero cyo ku wa kane.


Umukuru w ikigo centrenegro yavuze ko urwo rugomero rwarashwe missile nyinshii.yavuze ko abakozi bariko barakora bashoboye guhunga kwinyegeza ubwo indege ya mbere itagira umu pilot (drone)yari imaze kurasa .

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact