Zambia:umutamakazi wimyaka72 ari murukundo numusore wimyaka22 mwiyindwi iheze amafoto yagumye atambuka yerekana uwo musore nuwo mukecuru basomana benshi baguma bibaza koyobari mamawe kumunsi wagatanu nihk uwo mukecuru yatanze ikiganiro kubanyamakuru bomwico gihugu ababwirako uwomusore amukunda kandi amunezererewe
Uwomusore nawe avugati abibaza konamukunze kubera amahera sivyo kuko amahera ndaya musumvya ahubwo nuko nabonye akwije ibituma yoba umugore wanje
Musomyi ivyo wewe wovyemera?
Tags
Inkuru