Yapfuye urupfu rubabaje azira akaboko kiwe

 Uyu mubona ingeso yo kwiba yari yayigize umugenzo,yaramaze gutembagaza canke guhomvya benshi akaba yamuka mugihugu ca Tunisia.

Yari yarahizwe incuro nyishi ariko akomeza kwinyegeza kugira ntafatwe abajejwe umutekano ntako batagira.

Bimwe muvyatuma adafatwa biravugwa yuko yakoresha imiti mukwiba abenegihugu canke mukwiba akoresheje bimwe twitwa ubutekamitwe(escroquérie) kandi keshi agateka umitwe abantu batize,canke babatama n'abatamakazi.

Ikintu cababaza abantu beshi nuko iyo yaguteye murugo iwawe mugihe atagusize imiti yaheza akakwiba ndetse akakugirira nabi,hari abana babakobwa yasiga afashe kunguvu,iyo ushatse kumugwanya yahita akwica.

Ariko barayamaze bati:imisi y'igisuma ni 40 gusa none yatevye arafatwa ndabira ivyo bamukoreye🙆

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact