Birababaje muntara yarumunge hahajeje kuba isanganya iteye ubwo



Isanganya Muntara ya RUMONGE Commune MUHUTA Zone #GITAZA aho umuduga wacitse amafire yose maze imodoka ica iratembagara yose😥, Ariko rero IMANA ikora ivyayo akakanya ntanumwe yatakaje ubuzima kiretse gukomereka cane🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

Twame twibuka kuyishimira niyo iturinda burigihe mungendo zacu!

🙏Nimba nawe imaze kukurinda gira ati:

<<Warakoze Mana>>

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact