Umugabo yataye umugore wiwe kubera yibarutse ubushuri


 Ibitangaza vyaraye bibaye umugore yibarutse ubushuri 7 abahungu 2 n'abakobwa batantu murabo bana umwe akaba yavutse afise ikibazo coguhema nabi akaba ariko akurikiranwa .

👚👚Hari umuryango wo ku mutumba wa Nyabubuye muri zone #Ngoma  Komine #Murwi wibarutse  kuri uyu 1 buca ari kuri uwu wa 2 #ubushuri bose akaba ari abahungu kubitaro bikuru vya #Cibitoke abana babiri muribo bakaba bafise amagara meza, umwe nawe akaba yavukanye ikibazo co guhema nabi akaba ariko arakurikiranwa n’abaganga 


🎯Martin MATATA, se wabo bana agasaba Umukuru w’igihugu abarongozi mu ntara ndetse n’abandi babishoboye kubagarukirako kuko bafise amakiro make

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact