Abagore bamwe ingwara zo mubigo zononye umwanda mukuru na muto bica mugihimba c'irondoka

 

Aba ni bamwe mu bagore bashikanywe i 🤣🤣Gitega “#ingwara yo mu kigo” yabononye.

“Kuva mu 1977, mvyaye umwana wa mbere, niho natanguye kubona ibimenyetso”.

Uno muvyeyi w’i Gitega – #Burundi, ashinga intahe, baherutse kumukora 

‘Fistule’ bita “ingwara yo mu kigo” yaramwononye.K’ugutinya ko afatirwayo, yongera ati: “Sinari nkija no mu manza”.

Naho ingaruka zitazira rimwe kandi atari zimwe kuri bose, 

ng’ibi ibikuru mu bimenyetso, ibitera, n’ingaruka z’iyo ngwara.

Bamwe batubwira yuko batari bakija mumpanza ,gusenga kubera yabafata giturumba bakabona umwanda mukuru namuto ujojota kumaguru vyasaba yuko baguma ahantu hafi yamazi kugira bagume biyuhagira.


Abavyeyi bacu bubahwe cane

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact