Wamugabo yataye umugore wiwe kubera yavyaye ubushuri umviriza imvo yatumye agenda🤣🤣

 Yaganuriye abamutwara yuko atahunze ahubwo yari kurondera ico yotungisha umuryango muri rusange.

Abantu benshi batangaje yuko nataye umuryango haba namba ahubwo ico nobasaba n'ubufasha kuko umwana nuw'igihugu.



Iyo nkuru mwatanze siyo:Ibitangaza vyaraye bibaye umugore yibarutse ubushuri  murabo bana umwe akaba yavutse afise ikibazo coguhema nabi akaba ariko akurikiranwa .

👚👚Hari umuryango wo ku mutumba wa Nyabubuye muri zone #Ngoma  Komine #Murwi wibarutse  kuri uyu 1 buca ari kuri uwu wa 2 #ubushuri bose akaba ari abahungu kubitaro bikuru vya #Cibitoke abana babiri muribo bakaba bafise amagara meza, umwe nawe akaba yavukanye ikibazo co guhema nabi akaba ariko arakurikiranwa n’abaganga 


🎯Martin MATATA, se wabo bana agasaba Umukuru w’igihugu abarongozi mu ntara ndetse n’abandi babishoboye kubagarukirako kuko bafise amakiro make

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact