Gusohora intanga kenshi vyoba bifasha mu kwirinda kanseri ya #prostate?
Prostate ni agahimba kari umunsi y'uruhago gatuma umukoyo ni ntanga z'umugabo bitavangana. Kubera uruhara rwayo mu bijanye n’irondoka mu gusohora intanga, abahinga bamaze imyaka itari mike bibaza uruhara ibijanye n’imibonano mpuzabitsina bigira ku vyerekeye kanseri ya prostate.