Bumamuru FC ukoze amateka iteye iteka igihugu c'uburundi

Bumamuru ukoze amateka mugutsinda umurwi womuri Gabon 

Umurwi wa bumamuru  wanditse amateka mugutsinda umugwi wa centre sportif de bendje ibitsindo 5:1 bakaba Bari baranganije iwabo 1:1 arko bumamuru niyo uciye irengana

Raba vidéo yose ngaha




Raba iyo vidéo 














Nakanuamuneza kugihugj nokubafana cane cane ba bumamuru umurwi usanzwe wamuka muntara ya cibitoke Aho uyumunsi igenekerezo rya 24 bariko barakina urukundo rwogusubiriza mukurondera itike rya caf Championsleague bakaba batsinze ibitsindo 5 . Urworukino twariko rubera mugihugu ca tanzania .
Umurwi wa bumamuru rero ukaba ugiye kuzohura numugwi womugihugu ca Afrique Mamelody Sundowns .




Reka tubipfurize amahirwe Ndetse bandante batera iteka igihugu catwibarutse.

Raba ibindi vyogufasha ngaha



"Bakunzi Burundi  nakahe  kajambo wipfurije unomurwi wacu gira akajambo uvuze muri commentaire wongere usa'gize inonkuru abandi"









Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact