Urupfu rubabaje rwumurundi yishwe bunyamashwa

urupfu rubabaje w'umurundi yishwe bunyamashwa ataco azira.

Ntakintu kibabaje nkiki imana itubabarire cane kuko igiye kuturimburira rumwe iyinkuru  irababaje cane.
Uwo murundi avuka muntara yaruyigi yishwe  bunyamashwa  Aho yaravuye kurondera igitunga umuryango mugihugu kibanyi ca tanzania.

Raba vidéo ngaho




Uwo muhungu yatowe kubutaka bwa tanzania  amakuru yose muri vidéo.

Urashobora gukorera amafaranga uciye aha
akaba yatowe Aho mamutemaguriye arko hakaba hataramenyekana uwakoze ubwo bubisha Ndetse Nico yahowe kikaba kitamenyekanye

Raba ayandi makuru ngaha



Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact