Karabaye Umugore yasutse acide kumugabo wiwe ahita aba impumyi

Umugore w'umwicanyi

Mugihugu kibanyi c'urwanda  hari inkuru yatangaje abantu benshi .hari umugabo yitwa Laurent mugisha aba neza na neza mugisagara ca Kigali Aho bita kicukiro  yabaye impumyi  inyuma yokwicisha acid imana irakinga biciye kumugore wiwe. Uwomugore yitwa marie Rose kamariza yasutse acide mumanso y'umugabo wiwe imana irakinga ntiyapfa ariko akaba yabaye ikiburirane.

Uyumugabo yababaje abantu benshi kuko ngo yari umugabo wintore .arko icatumye uwomugore Asuka acide umugabo wiwe ntikaramenyekana kugeza  ubu  uwomugabo akaba ari mubitaro ntawuziko azokira inonkuru yababaje abantu benshi Aha urashobora kwiga uburyo wokorera amafaranga kubuntu fyonda ngaha⬇️Nkuko Amakuru dukura kubinyamakuru vyomurico guhugu baremezako uwomugore Bari babanye ikiringo cimyaka 8 Ndetse Bari banafitaniye nabana 3 . Nkuko uwomugore yashoboye kwishura ivyo bimenyeshamakuru yavuzeko atiteze gusubirana niyo mugabo . Bamubajije icatumye akora ubwo bubisha ntiyashoboye kubivuga arko ubu akaba yaciwe ajanwa mugasho.raba ibindi vyogufasha mubuzima fyonda ngaha;

"Basomyi niyihe mpanuro wotanga? Mbega kenshi n'a kenshi murugo nicaye kintu abubakanye bakunda gupfa"

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact