Ubusuma bwimisaraba baragabushwa

muragabe abantu biba imisaraba kumva bagiye guhagurukirwa

Ubusuma bwimisaraba nibugagarare kuko nguwuzofatwq azohanwa vyakarorero.


Bishikirizwa n'a musitanteri wa commune bubanza mugihe imisaraba yivyuma imariyo ironderwa; ikibazo mumatongo yabapfuye nibara.Hamaze kwibwa imisaraba ingana 200.Hakaba hafashwe imisaraba 20 yamaze kurandugwa yagomba yibwe.Raba uburyo wokorera amafaranga kuri internet kubuntu

Musitanteri yagize ati" hagiye gukurikizwa amategeko kumuntu azifatwa kuko 'go ntaco bacubaha."Ivyovyuma vyibwa biratoneka kumutima abantu habuze ababo iyo nasanze bivye umusaraba kumupfu wabo.aho nibazako arubugizi bwanabi abandi nabo KO bwoba arubusuma bigize igihe bwibonekeza Kymco suko ivyuma bisigaye bironderwa cane. aba ibindi vyogufasha fyonda ngaha

Musitanteri aramenyeshako; umuntu amatogoza azirwako azohanwa namategeko .Musomyi nakahe kajambo woshikiriza Aho iwanyu ubusuma nkubwiy buhora bwibonekeza ngaho muherereye. nkigiki gituma hibwa imisaraba nubukene canke Niki? Gira akajambo ushikirije nkintererano kandi ntiwibagire gusangiza abandi inonkuru."

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact