Raba amarira the ben yarize kumunsi wurupfu rwase wiwe


The ben ararize kugezaho n'umugore wiwe arira

muririmvyi  The ben womugihugu kibanyi c'urwanda yagaragaje akababaro kadasanzwe mushingura se wiwe amavuvyara raba vidéo yose ngaha



Umuririmvyi akunzwe cane azwi cane nka the ben nkuko twari twarabibamenyesheje  uyumuririmvyi yarabuze umuvyeyi wiwe papa wiwe amuvyara se wiwe akaba yitavye imana igenekerezo rya 19/08/2023.

Igenekerezo rya 23/08/2023 niho bashoboye gishingurana iteka uwomuhisi yababaje abantu benshi Aho harihaje abaririmyi benshi nibihangange vyivyamamare vyinshi bitandukanye Bari banje kwifadikanya nawe kururyomundi wumubabaro.

Kuriyo munsi the ben yarabuze amajambo menshi yarabuze umuvyeyi wiwe mbere yaravuzeko ariwe yigiyeko kuvuga guitare 🎸 akaba arinawe yatumye the ben yiyumvamwo ivyumuziki. Thé ben numubabaro mwinshi yarize kugezaho umugore wiwe pamella nawe yadutse arira .

"Muze twifatanye nawe mubuhe nkubu vyumubabaro mukumwipfuriza ukwihanganamuribibihe bigoye"










Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact