Mukamenge umuriro urihaye inkumbi

Mukamenge umuriro irihaye inkumbi

mu mugisagara ca Bujumbura neza na neza mûri commune ntahangwa zone kamenge hadutse umuriro aho hatikije ibidandazwa

raba video yose ngaha



Raba vidéo yose ngaha



harigihe cisaha zitandatu zumutaga aho hadutse umuriro waturutse kumbabura hari mukibanza basanzwe badandarizamwo imatera nama frigo .

uwomuriro ukaba wononye ibintu vyisnhi ndetse nabantu ba5 bari muriyi nyubabkwa 3 muribo bashoboye gusha bakaba bajanwe kubitaro aho benshi bitabkwa buyengero.muriyo mpanuka habayemwo ibintu vyinshi ndetse hakana habonetse benshi bavugako bibwe ndtse nanyene guhisha ivyobintu avugako yibwe amafaranga agera 1.500.000.igihe bariko barazimya uwomuriro
uwomuriro ukaba wazimijwe nabene gihugu bakoresheje amazi numusenyi.twobamenyeshako knd vyabimodoka bizimya vyaje hahez 30min aho basanze abene gihugu basa nabahejeje kuwuzimya .


musomyi aho iwanyu uhererye harimpanuka nkizo zikunze kuhaba wohanura iki kugira izompanuka tuzirinde?

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact