Biteye umubabaro umugabo yagize mariage buca yapfuye

urupfu rubabaje umugabo yarongoye samedi none haheze iminsi ibira yaciye apfa

satani n'umwansi wivyiza vyingo n'imiryango ehe ndabira nawe umunezero ugaca umara umwanya urume rumara

birababaje cane😭😭😭, ninkuru yakoze kuri benshi aha i bujumbura bagize ubugeni iyi samedi le 19/08/2023 none kuruyu wambere igenekerezo rya 21/08/2023 umugabo (Horimpende rosin)yaciye yitaba imana. ibintu vyatangaje abantu besnhi ibintu bibababaje cnee kumiryango ibintu bibabaje cane gose kumutambukanyi bari bamaranye umunsi umwe. ino nkuru ninkuru yiriwe iratembera kubimenyeshamakuru arko gushika nubu ntiharamenyekana icishe uyumugabo .arko imana yamukunze kuturusha reka tumwipfurize uburuhuko bwiza .turahojeje umuryango wiwe incuti nabavyukanyi cane cane umugore wiwe.

photo yabo kumunsi w'ubukwe
photo kuri mariage yabo
banner
 phota imvitation yabo

basomyi ivyobintu biramaze gushika aho iwanyu mubaye canke muramaze kuvyumva hafi mumicungararo? reka tugusabe ushikirize iciyumviro cawe mbega wibazako ivyobintu bishaka habaye iki ? sangiza iyinkuru abandi mukugira partage ukoresheje facebook aho hepfo gato✏️

2 Commentaires

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact