Umugore yishe umwana We yaciriwe naw urwo gupfa

mugihugu ca Ghana umugore yitwa anastas yishe umwana wiwe avyara biturutse kungwara uwomwana yararwaye.

photo umugore yishe umwana wiwe

umugore yitwa anastas ava mugihugu ca Ghana yaraye yishe umwana we bwite amahora ingwara arwaye uwomwana yaramaze igihe c'imyaka 2 atava ahari vyarananiranye kwakira icaranga uyomwana kwari ukuguma arira burikanya amakuru dukura kubinyamakuru uwomugore bamubajije impamvu yiyiciye umwana wiwe yabishuyeko nawe ataco asigarije kwisi yavuzeko benshi bamufata nkumwicanyi ariko nawe ngo siwe yopfuma yipfura kuko ngo yararuhijwe nuwo mwana ngwicatumye amwica ngo nuko kuva uwomwana arwara uwomugore ataribwasinzire numunsi numwe hakaba hari haheze imyaka 2

musomyi umuvyeyi wawe ntiyakwishe waramugoye kenshi nicogihe cokumushimira iyinkuru ihari kubwawe andika muri commentaire ushime imana kuko ukiri muzima nkusabe iyinkuru uyisangize abandi mukugira partage kuri facebook

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact