Umukecuru w'imyaka 65 yakorotse ariko arakinda

umukecuru w'imyaka 65 yakorotse ariko arakinda

biratangaje inyuma yuko ingendeshwa yiwe urutaro ikwamiriye mukirere yisanze hasi kubutaka bwo kumutara muri bujumbura rural.

umukecuru yakorotse kurutaro

hari umutamakazi w'imyaka 65 yakorotse ava mukirere hari mubucagucagu bwokuruyu wagatandatu igenekerezo rya 19/08/2023 kumutumba wa mutara komine mutimbuzi intara ya bujumbura hafi yo kumuzinda hafi yakabare bita Mami bar kwa komiseri.
amakuru dukura abegereye aho hantu nkuko babivuga ngo siryo ryambere ivyobintu bimushikiye uwo mutamakazi kuko ngo nomumwaka uheze vyaramushikiye yaguma asaba ngo bamubohe nibiziriko hama ngo bamuhe na ambulance yiwe ngo yibandanirize yitahire ahasanzwe aba ngo kumutakura kuri 9

i foto umukecuru yakorotse
photo umutamakazi yakorotse kurutaro
"musomyi ububuryo bwokwiyunguruza ubuvugakwiki wewe ibintu vyamangetengete uravyemera? tanga intererano yawe bikunze unisangize nabandi fyonda aha hepfo kuri Facebook hame ubisangize abandi"

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact