Amwe mumasanamu ata

Mariage ya mugisha Jospin mister interntional 2019



Amwe mumasanamu atangaje y'ubugeni bwa Migisha Jospin ( Mister Africa International Burundi 2019 🇧🇮🎖️ ) na Kagisye laetare ♥️📸 Aho vyatangaje abantu benshi bariko banwa itabi ibintu bitari bimenyerewe mugihugu cuburundi




ibintu vyabaye nkigitangaro kuma photo y'ubugeni bwa Migisha Jospin ( Mister Africa International Burundi 2019 🇧🇮🎖️ ) na Kagisye laetare





Aba bompi bari basanzwe babana muri Canada ( Edmothon ) ariko ubugeni bwabereye I Bujumbura aho bariko binwera itabi kuma photo yubugenii umuhungu yakiriza umukobwa umukobwa nawe amwakirizaa 



mubona urugo gwabo ruzoba rumeze gt??

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact