Numubabaro kubanyarwanda nabarundi paul n'a André bapfuye

 Paul na André aheza mw'Ijuru

Inkuru irko ikwiragizwa kumbuga ngurukana bumenyi nibazeko nawe ushobora kuba utaribwabyumvye nabana batwenza baribakunzwe cane murwanda Ndetse bomuburundi bitavye imana  



 Peter ashobora guhitanwa n'agahinda kabavukanyi biwe bakuwe kw'Isi Abanyarwanda ngo bazokwama bibuka bano bagabo babayeho mubuzima butangaje ... !!! Imana ibakire mubwami bwayo 

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact