Muri libya imyuzurira uramaze kwiga isibzi ry'abantu

Hamaze gupfa abantu benshi atazwi igitigiri mugihugu ca libya

Libya imyuzurira yishe abantu benshi








Ibi nibimwe twumva bizoba kumunsi wumuhero

Mugihugu ca libya hamaze gupfa babantu benshi bahitanwe nimyuzurira nkuko ibinyamakuru vyinshi vyanditse kuriyi nukuru yumubabaro Aho mugihugu ca libya imyuzurira umaze guhitana abantu benshi imiryango myinshi irimumarira.aho hamaze gupfa abantu barenga ibihumbi 20(20000)



Kandi ngo ibitigiri bituma vyiyongerakuko kumpande zose bakaba baguma batora ibiziga . Ivyobiziga bikaba vyabaye umurengera bigatuma babahamba hamwe reka twihanganishe imiryango myinshi uriko irahaburira 

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact