Babakinyi babarundi baburwa irengero baruhutswe bafashwe

Babakinyi babarundi baburwa irengero bafatiwe bari bahungiye mugihugu ca Belgique bategetse kugarukanwa mugihugu .
 Babasore batoroka bagahungira mu gihe bari bari gukina igikombe c'isi ca Handball babiri bategetswe kugaruka abandi barafashwe.
Ayo makuru tuyakesha ikinyamakuru co mu bubirigi www.dhnet.be aho kimenyesha ko abakinyi 10 batorotse bavuye mw'ihiganwa ry'isi yose ryariko ribera muri Croatia bageze mu gihugu ca Belgique niho basavye ubuhungiro Ayo makuru aremezwa n'umunyamabanga wa Reta y'Ububirigi Nicole Moor ajejwe ivy'ubuhingiro n'abimukira Naho biruko, ico kinyamakuru kiravuga yuko abo basore uko ari 10 bari bose bafise uburenganzira bwo kuronka ubuhungiro muri ico gihugu kubera bagifatwa nk'abana (bafise imyaka 17) arko vyabaye ngombwa yuko bagarukanwa muguhugu

1 Commentaires

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact