hafashwe uwariko agerageza guhindura impapuro zikibazo cakazi

kirundo : uyumugabo yafashwe ariko ahindura impapuro kukibazo cakazi

 muntara yakirundo haraye hafashwe ndongozi iriko ihindura inyishu kurupapuro rwumpfasoni ageruka gukora ikibazo cokurondera akazi kokwigisha agifatwa yacuye ahitamwo kurya izo mpapuro yariko ahindura.


Raba vyose ngaho



Umuhanuzi mubiro vyumuyobozi mukuru w'indero muri komine gitobe muvyo ajejwe harimwo harimwo abakozi murubwo buyobozi mukezangango Joël yarasabzwe ari mumurwi wa komine ujejwe ivya recrutement yabigisha yafashwe kumugaragaro kuruyu wagatandatu igenekerezo rya 02/09/2023. yafashwe ariko agetageza gukoporora inyishu kurundi kurupapuro rushasha kukibazo cokurindera akazi cabigisha giheruka gukorwa akaba yabikoze kuri mission yahawe n'umugabo wumwigisha azwi kwizina rya mandela daniel kugirango bikunde umupfasoni wiwe aronka akazi biciye mwayo manyanga.

Ugufatwa kuyu mugabo



 mugufatwa kuyo muhanuzi,umuyobozi w'indero muri komine gitobe yazindutse amuhitana kugira ngo baje gutanganga amanota kubari basanzwe bakoze ico kibazo arko uwomuhanuzi yahavuye avyanka kuko yarazi agatego yakoze hama umuyobozi yaciye agenda arko ivyatangaje uwomuyobozi nuko yasanze umuhanuzi yamaze kumutanga gushikayo mbere yanashitse ahari habitswe impapuro aza yatanguye kuzirabaraba uyomuhanuzi acikangako umuyobozi yamaze gushika yaciye afata impamuro yariko akorako amanyanga zimwe aca arazihekenya arazimira izind ziramunanira aca azicira munsi yakabati kari mubiro akoreramwo nkoko vyabonetse ariko avyereka inyamiramabi. uwomuhanuzi cokimwe nabo bateguranye ayomabi bakaba baciye bashikirizwa ubutungane kumvo zamatohoza. 


Irupapuro yariko ahindura 

 ""



"musomyi wewe     hariho amanyanga   umaze kumva   mubibazo   vyokurondera   akazi? Niche   gihano  gikwiriye   abantu bakora   nkubwiy bubisha?"







Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact