Alyn sano inyuma yuko bamwagirijeko atambara ikareso noneho yayiberetse

Alyn sano akoze ibiterasoni



 Inyuma yukwagirizwa kwatambara ikareso Alyn sano umuririmvyi yamuka mugihugu kibanyi  c'urwanda yaraye asamaje benshi mubari bitabiriye igiteramo cogutwenga seka live Aho yagaragaje yambaye umwambaro werekana bimwe mubisamaza abantu. Uduhizu twomunsi twose twari ahagarara .iyonyifato yatangaje abantu benshi Aho navuze amajambo atandukanye Ndetse bakimubona bakaba bakomeye induru rimwe.

💡 soma iyindi nkuru ngaha


alyn sono

Raba amafoto















alyn sono

"Musomyi iyonyifato wewe wayakiriye gute tanga aciyumviro cawe nkintererano"

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact