Umuhinga mugukora ivyuma bita'ga umuyagankuba atagitoro gisabwe

Habonetse umuhinga ashobora gukora ivyuma bitanga umuyagankuba kubuntu

umuhinga mugukora photo













Mu ntara ya Gitega , ngo habonetse umuntu ashobora gukora ivyuma bitanga umuyagankuba (Groupe_electrogéne) kandi atagitoro canke amazutu akoresheje, ukarinda upfa wiyakiriza amatara , wongera uwukoresha ivyushaka."

N'amakuru ariko aravugwa cane, ku bwa New level media, twagerageje kurondera uwo mu Jeune ariko arakora ivyo vyuma , akaba yitwa Jonathan_Barutwanayo wo muri komine Gitega , akaba yatumenyesheje ko ayo makuru ari yo.
"Ndamaze ,kandi mbandanya nkora Imashine zitanga umuyagankuba atamazi canke igitoro gikoreshejwe, ubu dukora imashine itanga KW24, izo nazo zikaba zishoboye kwakiriza imihana 500, mu mwanya muto, vuba turabishira ahabona."


Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact