Babana bapfa bahitanwe nurusengero barashibguranwe iteka



 Makamba: ba bana 4 bahitanwa n'urushengero rubasenyukiyeko kubera imvura bashinguwe

 Kuri uyu wa 19/10/2023 niho ba bana bahitanwa n'imvura yasenyuye urushengero bariko barasenga kuri uyu w'Imana uheze (15/10/2023) bashinguranwa iteka

Wari umubabaro ku bari babaherekeje irya nyuma aho bamwe bavuze ko ata nkeka ivyo bibondo bishengeye i bukama

Buramatari wa #Makamba yari yahishikiye yashimiye abenegihugu bo muri zone #Kiyange ya komine #Kibago ku kuntu bafatanye mu nda muri ivyo bihe bitoroshe anasaba ko na ntaryo bokwama bashigikirana igihe cose nk'uko babikoze

Aherekejwe n'abajejwe ibisata bitandukanye, buramatari yashikirije agakemanyi yazaniye abo babuze anabasaba kubandanya bigumya muri ibi bihe bitoroshe barimwo

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact