Mugihugu kibanyi ca tanzania neza n'a neza mugisagara ca kigoma umurundi yitwa nahayo Jonas yagandaguwe nabantu batamenyekanye bamusanze Aho abaye bahejje kumwiba bataco bamwica urupfu rubi ribabaje mukumucumita imisumari mumutwe
Iyonkuru ukaba iriko iravugwa cane ariko uyo muhungu akaba ataramenyekana
Turahojeje ababuze uwabo Ubuzima bwomumahanga biragoye arko birababaje gusandabira mugahinga umuryango uziko wagiye kurondera ubuzima
Mbega wewe uramaze kumva ayomabi Aho wegereye?
Tags
Amakuru
Ntivyoroshe kabisa
RépondreSupprimer