Bivuye muburundi bigiye murwanda urwanko hagati ya thé ben n'a Bruce melogie biteye ubwoba

Urwanko hagati ya th ben na Bruce mélodie bikomeje gutangaza abantu benshi 

Biraherera hehe ivya thé ben n'a Bruce mélodie .



Inyuma yuko the ben yakoze igiteramo mu Burundi hakavugwa vyinshi mbere n'a téléphone ya the ben bakayiba .Ndetse ukagura bamwe mubihangange mumuziki ndundi ubunaho havyutse urwanko hagati ya the ben na Bruce mélodie .

Umuhanzi Bruce Melodie akomeje kugira ibintu imikino n’agatwiko , nyamara mu gihe kurundi ruhande, abafana ba The Ben bo bagaragaza ko ari ugushotorana , ndetse bakavuga ko Bruce Melody n’abamufasha mu muziki bari kurengera.

Yabitangaje mu kiganiro yagiranye na M Irene mbere gato y’uko aririmba mu gitaramo ca Iwacu Muzika mu Karere ka Ngoma.Uyo muhanzi yari mu modoka ndetse afashe na mikoro, vyerekanako agiye kuja kuririmba , yagerewe na M Irene mu buryo butunguranye, maze amuvugisha yihuta cane.

Bruce Melodie ntiyigeze arya umunwa ubwo yishura ivyerekeye The Ben, yagaragaje ko kuruhande rwe ibintu bitari bikwiriye kugirwa intambara [mu mvugo z’ubu], kuko ngo abafana bagira ayabo.

Yongereyeko avugako kuba haragaragaye amafoto ariko aramankwa mugisagara aho The Ben yari ari , bitari gutuma abantu bahungabana kuk we ngo ntaruharea yigeze agira mwimanikwa ryayo mafoto yakwiragijwe kumbuga ngurukana bumenyi.


 

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact