Nkuko uwivye telefonr ya thé ben apfunzwe nuwazanye the ben muburundi apfunguwe muburundi

Nkuko uwatwaye téléphone  apfunzwe n'uwazanye the ben muburundi arapfunzwe

Igiteramo ca the ben Cabaye akayobera bahinga


inyuma yuko uwivye telefone ya thé ben yibwe ikaboneka bigoranye ubunaho uwazanye thé ben muburundi nawe arapfunzwe  yagirizwa guheranira bamwe mubo yari yatumiye murico giteramo .
Biratangaje uwivye téléphone ya the ben n'umunyarwanda kandi bamufatije murwanda apfunguwe murwanda
Nuwazanye the ben nawe n'umurundi apfungiwe muburundi.

Aho benshi baguma bavuga kugiteramo ca the ben weho ubivuzeko iki?

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact