Biramenyekanye x dealer niwe yivye téléphone ya the ben

 Biratangaje !! Umwe mubagenzi ba thé ben niwe yivye téléphone ya the ben

Ya terefone Ngendanwa ya The Ben ishobora kuba yibwe n'umunyarwanda mugenzi we Eric Ndagijimana batazira " X - DEALER" .



Nk'uko vyemezwa n'ikinyamakuru inyarwanda.com Ngo Uyo musore yoba yemerewe amafaranga imiriyoni 3 z'amanyarwanda kugira Aze Mu Burundi yibe iyo terefone baheze bakuremwo ivyo Bipfuza " .

 X Dealer Ubu Akaba Yamaze gutabwa muri yompi, amatohoza arabandanya .

Musomyi wewe ivyobintu wobisigura gute? Ubwo ntibashatse gucafuza abarundi kubwawe wobivugako iki?

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact