Bugendana: Umuntu umwe yitavye Imana bivuye kw'isanganya

 


Kuri uyu wa 23.10.2023, habaye isanganya ku mutumba #Mirama wo muri komine Bugendana, intara ya Gitega.

Ipikipiki zibiri zikaba zagonganye n'ibeni.

Umwe mubari kuri izo moto akaba yaciye yitaba Imana ubwo nyene nk'uko vyemezwa na bamwe mubari hafi y'aho habereye iryo sanganya.

Abakomeretse n'abo bakaba baciye bajanwa kwa muganga.

Aho muherereye kino gihe mubona amasanganya avuye ku vyuma vyunguruza abantu n'ibintu ahaba ku rugero rungana gute?

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact