Classement yamakomine 10 yabaye ayambere mukibazo ca reta c'umwaka wicenda

 


Amakomine 7 muri 10 ya mbere mu kibazo ca reta c’umwaka w’icenda 2023 ni ayo mu ntara ya Karusi, zitanu mur'iyo ntara nyene (Bugenyuzi, Gitaramuka, Buhiga, Mutumba, Nyabikere) zikaba ari iza mbere mugihugu 

Ayo ma komine yose yamenyeshe ku rugero ruri hagati y’ibice 98 n’ijana, aho ishure rya mbere n’irya kabiri yamenyesheje ku bice 100 irya 10 rimenyesha ku bice 98

 Mwoba mwibaza ko ari kubera iki Karusi ifise ivyo biharuro bishimishije mu gihugu cose?

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact