Edison ndayahoze : raba bimwe muvyaranze mariage ya Edison ndayahoze

Edison ndayahoze numufasha wiwe






Umumenyesha makuru Edison ndayahoze uyumunsi igenekerezo rya 14/10/2023 niho yashonga urwiwe Aho biriko biravugisha benshi ngo yakunze amafaranga kuko ngo yarongoye umugore akuze cane weho Niko ubibona 

Raba Amafoto
























Tubibitseko hari haeze igihe kinini abakunzi biwe bavuga yamuhe bamusaba kurongora 
Kugezaho bashiraho groupe yokumurongoza kunguvu


Ategerezwa Kurongora Kunguvu , Avyanka Abikunda 😂 Iyi Groupe Ya Watsap Edisson Ndayahoze Izonamwica Akabona Ino Summer Iramutambutse 😂

Ndasavye Admis wiyi Groupe Anshiremmwo Turongoze Umuntu kunguvu kuko ntakuntu umusore Wo muri 1979 atararongora ngwaracarira ubusore 😂

Nabambwe Canke Ahitemwo Kurongora 😂😂 Admis Duhe Link Yiyo Groupe Duterere Kino kirumbire kirongore 😂 Akabona Imvura iratasuye Tuzinamwica 
Nkuko babimusavyze nubwo Imvura yatasuye ntagihe kinini imaze kurwa .

Kari akanyamuneza kadasanzwe muribanza kwa Edison ndayahoze
Biboneka nezako twari urubanza rusukuye


















 


Basomyi nakahe kajambo wumva wovuga kuribibintu?

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact