Imvura ihejeje gukora ibira muntara yamakamba hahejje kwitaba imana abantu isinzi



Makamba: imvura nyinshi iguye mu gitondo co kur'uyu w'Imana 15/10/2023 yatumye urushengero rwa Pentecôte ruri muri zone Kiyange muri komine Kibago rusenyuka



 Urwo rusengero rwasenyukiye ku bakirisu bariko barasenga igitigiri cabahitanwe niryo sanganya kikaba kitaramenyekana ariko kikaba gishobora kuba kinini nk'uko vyemezwa na chef de zone



Ni mugihe hari abana bari mumiga y'abana( SUNDAYSCHOOL) bahitanwe niyo mpanuka.Amakuru dukura abari bahegereye avuga KO batarameya igitigiri c'abo Bana bitavye Imana.Agahinda ni keshi ku miryango yabuze.Turahojeje imiryango yabuze



 Barasaba ubutabazi bwihuta kuko ibikorwa vyo gukura abantu mu bihomoka bitoroshe

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact