Inyota nimbi raba Uyumugabo bamufashe yivye inzoga mukabare



Mugisagara ça Bujumbura neza neza mukamenge umugabo yafashwe yivye inzoga azinyegeje muburyo butangaje .

Nkoko vyavuzwe n'umwe muvyakora kurako kabre Uyomugabo yaramaze  umwanya muni yicaye mukabare ataco atuma arinaco gituma bahavuye bamwikeka .

Vyakabaye kera uwomugabo sinzi ukuntu umukozi womukabare asamaye gatoyi ariko agarura amafaranga um client ntiyasubiye kubona wamugabo Aho aciye nuko guca agira amakenga aramukurokirana Niko guca bamusopa Ivyo yoba yivye Niko kumusangamwo amacupa yinzoga, yakubiswe arashaya  .

Uwomugabo bamaze kumufatana amacupa yinzoga yireguye avugako yaranyotewe cane kùko ngo hari hahez iminsi igera kuri 5 adakojeje ucupa mukanwa .icobakoze bamwatse inzoga baca baramurekura umugabo um,d yaranrenganye amwumvira ikigongwe aca amugurira inzoga zibiri .

Musomyi wewe bihora bigushikira ukanyoterwa gushika naho wumva wokwiba?

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact