Kayanza: umugabo yafatiwe munzu yuwundi mugabo yakubiswe arashaya bahakwa nokumwica

 







Yakubiswe arashaya inyuma yogufatwa ariko asambanya umugore wabandi 

Mwijoro ryokuruyu wagatandatu igenekerezo rya 21/10/2023 Muntara ya kayanza umugabo yitwa nijimbere Gaston yafatiwe kurugo guyundi mugabo ariko asambanya umugore wabandi inyuma yuko umugabo wuwo mugore yari agiye kurondera icotunga umuryango mugihugu kibanyi curwanda.

Barayamaze bati iminsi yigisuma nimirongine!ntibababeshe inyuma yaho umugabo aguma yumva amajambo menshi bamubwirako yambara yoraba neza Kuko ngo umugore wawe afitaniye imigenderanire myinshi na Gaston  uwo mugabo akamana amakenga menshi , Niko kwigira inama.

Kumunsi wa gatanu Niho umugabo yategura urugendo nkuko yahora abigenza asezera umugore n'abana KO asubiye mugihugu c'urwanda Ndetse agiye kuzomarayo igihe kinini , umugabo arasezera aragenda arko nkuko yari kumutego ntiyaja murwanda aca Aja kumirwa mukuri w'intara ya kayanza Asiga acungishije bamwe mubahora namuha ayomakuru.

Mumasaha y'ijoro wamugabo niho yitaba téléphone bamubwirako yonyaruka kuko murugo iwe hamaze gutahayo uwundi mugabo Niko guca abanguka asanga nkuko bahora babimubwira .

Umugabo bimwanka munda kwiyakira biramunanira Niko guca arengera kuri wamugabo aramukubita amugira intere.

Birababaje kubana numugore ameze uko Musomyi muhire ushire ishire mugishingo cuyo mugabo mukwishura iki kibazo .

Wokwifata gute mugihe usanganye umufasha wawe uyundi mugabo? Tanga intererano yawe muri commentaire woba umfashije benshi.


Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact