Umwana wambere avyibushe kw'isi yose apima ibiro 191,1 kg yatanagaje benshi

 

INDONESIE:umwana yitwa Arya Permana afise imyaka 13 yamavuka numwe mubavuzwe kw'isi kariwe avyibushe cane gusumba abandi Bana bokwisi yose  bomurugo runganwe  uwomwana yabpima  ibiri 191,1kg ariko nkuko mubibona kuriyo foto amaze kugirirwa opération yapungutse icakabiri kuvyo yarafise ubu abaganga bakaba bagiye kumugirira iyindi yokumubiri bamutunganye neza

Arya mumezi yahera yaravuzeko ashaka gupunguka kandi ngo indoto ziwe kwashaka kuzokina umupira wamaguru

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact