Kigali Rwanda uyuniwamuririmvyi kazi avamugihugu ca Haïti

Kigali Rwanda uyuniwamuririmvyi kazi avamugihugu ca Haïti ayanamafoto agaraza ukoyariyambaye mubirori vya trace award ahoyuriye kuri Stage yambaye ukumumubona ndazi arinkaha m'uburundi 🇧🇮 mwoyavuga 

Kumazina akabayitwa Rutshelle akaba ariwe yatowe nkuwambere yarushije abandi muruyumwaka muri za carebbean.

Musomyi wacu iyinyambaro ubona ibereye kumuco nyarwanda??

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact