Mu ntara ya Ngozi umuyagankuba wasubiye kwiha inkumbi. Umwe yahasize ubuzima

  

⚡ Uwitavye Imana kuri uyu wa 17/10/2023 ni umutama yitwa Daniel Minani w'imyaka 65. Uwo mutama asanzwe acungera imirima yo ku mutumba Gatobo muri komine Kiremba intara ya Ngozi yari ku kazi kaminsi yose igiti gitwara umuyagankuba carahenutse intsinga zifata muvyatsi uwo muvyeyi aca arafatwa agirako acikana 🔙 Ivyo bibaye iminsi 3 inyuma yaho hari uwundi mukenyezi nyina w'abana 3 yahitanywe n'intsinga z'umuyagankuba zari mw'ivu ry'umurima
 Umuyobozi mukuru wa Regideso akaba aheruka gushikiriza ko ibiti vy'umuyagankuba bishaje bigiye gutangura gusubirizwa n'ivyuma kuva mu Rwegura gushika i Ngozi

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact